Ubwoko bwiganje muri buri Gihugu, Africa._ISHEJA

Menya buri Ubwoko bwiganje muri buri Gihugu.

Ubwoko bwiganje muri buri Gihugu, Africa._ISHEJA

Iyi nkuru iragaruka ku bwoko bwiganje muri buri Gihugu kiri kumugabane wa Africa.

Ubwoko bukaba Umuryango mugari w'Abantu bahuriye kumuco, ururimi, imigirire n'imigenzereze.

Iyi nkuru ntigamije guca igikuba muri rubanda, ahubwo guhugurana hagamijwe kugira ubumenyi.

Ibihugu byose bya Africa murabibonamo ndetse murabona n'amoko magari agiye yiganje muri buri gihugu.

1. Algeria  - Arab-Berber (primarily Arab)

2. Angola  - Ovimbundu

3. Benin  - Fon

4. Botswana  - Tswana

5. Burkina Faso : Mossi

6. Burundi  : Hutu

7. Cabo Verde (Cape Verde) : Creole ( bukaba ubwoko bw'uruvange bw'Abanya Africa n'Abanyaburayi )

8. Cameroon  : Fang ( mu majyepfo y'Igihugu ) ; hari n'andi moko magari yiganjemo abavuga iki Bantu ubwo ni aba bantu.

9. Central African Republic : Baya

10. Chad : Sara

11. Comoro : Comorian ( aba ni aba bantu )

12. Congo, Democratic Republic of the : Kongo ( Luba, Mongo )

13. Congo  : Kongo

14. Djibouti  : Somali

15. Egypt  : Egyptian ( Arab )

16. Equatorial Guinea  : Fang

17. Eritrea  : Tigrinya

18. Eswatini ( Swaziland ) : Swazi

19. Ethiopia  : Oromo (  hakaba nandi moko arimo nka Amhara na  Tigranya )

20. Gabon : Fang

21. Gambia  : Mandinka

22. Ghana  : Akan ( Ashanti )

23. Guinea : Fulani

24. Guinea-Bissau : Balanta

25. Ivory Coast (Côte d'Ivoire) : Akan (  Akan )

26. Kenya : Kikuyu

27. Lesotho : Basotho

28. Liberia : Kpelle

29. Libya : Arab ( Abarabu )

30. Madagascar : Merina (  Malagasy )

31. Malawi : Chewa

32. Mali : Bambara

33. Mauritania : Moors (Arab-Berber)

34. Mauritius : Indo-Mauritian ( Aba bafite ibisekuru mu Buhindi )

35. Morocco : Arab-Berber ( Abarabu )

36. Mozambique : Makua

37. Namibia : Ovambo

38. Niger : Hausa

39. Nigeria : Hausa-Fulani ,  Yoruba ,  Igbo. 

40. Rwanda : Hutu ( uko niko nyandiko ivuga ariko Leta y'u Rwanda ikavuga ko nta moko ahari ahubwo hari Abanyarwanda.

41. Sao Tome and Principe: Mestizo ( Uruvange rw'Abanyafurika n'Abaporotigare )

42. Senegal : Wolof

43. Seychelles : Creole ( Uruvange rw'Abanyafurika n'Abanyaburayi )

44. Sierra Leone: Temne

45. Somalia : Somali

46. South Africa : Zulu 

47. South Sudan : Dinka

48. Sudan : Arab ,  Nubian n'aba  Beja

49. Tanzania : Sukuma

50. Togo : Ewe

51. Tunisia : Arab (  Abarabu )

52. Uganda : Baganda

53. Zambia : Bemba

54. Zimbabwe : Shona

Aya akaba ari yo moko yiganje  mu bihugu bya Afrikamuri Afrika.